Le nouveau chef de file de l’opposition burundaise s’adresse ŕ la Nation
Politique

@rib News, 04/08/2015

IJAMBO RY’IHUMURE UMUSHINGAMATEKA LEONARUDO NYANGOMA UMUKURU WA CNARED ASHIKIRIJE ABARUNDI N'ABARUNDIKAZI BOSE.

Barundi,

Barundikazi,

Ndongozi z'imigambwe itandukanye mu Burundi,

Bashingantahe, Bapfasoni muserukira amashirahamwe yigenga mu Burundi,

Rwaruka mwese,

Ndabaramukije amahoro bimwe bivuye ku mutima,

1. Abarundi n'Abarundikazi mwese mwaraye mwumvise yuko inama yahuje abaserukira imigambwe itandukanye mu Burundi, abaserukira amashirahamwe yigenga, abahoze ari abakuru b'igihugu c'Uburundi n'abandi banyacubahiro, bakoraniye hariya i Addis Abeba ku murwa mukuru w'igihugu ca Ethiopia , hakongera kandi hakaba ari ku cicaro c'Ishirahamwe ry'Umuryango wunze ubumwe bw'ibihugu vy'Afrika UA ku magenekerezo ava ku wa 30 /07 kugeza ku wa 01/08/2015.

Lire l’intégralité du Message